Daniyeli 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ewe Mana ya ba sogokuruza, ni wewe nshemeza ngakeza+, kuko wampaye ubukerebutsi+ n’ubushobozi. None ubu umenyesheje ivyo twagusavye, kuko utumenyesheje ico kintu c’umwami+.”
23 Ewe Mana ya ba sogokuruza, ni wewe nshemeza ngakeza+, kuko wampaye ubukerebutsi+ n’ubushobozi. None ubu umenyesheje ivyo twagusavye, kuko utumenyesheje ico kintu c’umwami+.”