ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 30:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Hari iyaruka amaso yaryo yabaye ayishize hejuru ga yemwe! n’amaso aca ibibatsi yaryo akaba yagizwe ayahanitse+.

  • Yesaya 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi abantu bazorimenya+, mbere bose, Efurayimu be n’uwuba i Samariya+, kubera ubwibone bwabo no kubera ukutisonera kw’umutima wabo, mu kuvuga+ bati:

  • Hoseya 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ubwishime bwa Isirayeli bwaramwagirije amaso mu yandi+, yamara ntibagarutse kuri Yehova Imana yabo+, eka mbere ivyo vyose ntivyatumye bamurondera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika