1 Abami 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo Beni-hadadi+ umwami wa Siriya, akoraniriza hamwe inteko za gisirikare ziwe zose, ari kumwe+ n’abami mirongo itatu na babiri n’amafarasi+ n’imikogote+, maze aduga gusugereza+ Samariya+ no kuharwanya.
20 Nayo Beni-hadadi+ umwami wa Siriya, akoraniriza hamwe inteko za gisirikare ziwe zose, ari kumwe+ n’abami mirongo itatu na babiri n’amafarasi+ n’imikogote+, maze aduga gusugereza+ Samariya+ no kuharwanya.