Yesaya 54:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abana bawe bose+ bazoba abigishijwe na Yehova+, kandi amahoro y’abana bawe azoba menshi+. Yeremiya 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nzobaha umutima kugira bamenye jewe+, bamenye yuko jewe ndi Yehova; kandi bazoba koko abantu banje+, nanje mbe Imana yabo, kuko bazongarukako n’umutima wabo wose+.
7 Nzobaha umutima kugira bamenye jewe+, bamenye yuko jewe ndi Yehova; kandi bazoba koko abantu banje+, nanje mbe Imana yabo, kuko bazongarukako n’umutima wabo wose+.