Yesaya 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ruragowe urugori ruminuje rw’imborerwa za Efurayimu+, be n’ishurwe rikabiranye ry’ugushaza kwayo kw’ubwiza riri ku mutwe w’umubande umera w’abatsindwa n’umuvinyu! Mika 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ivyagezwe vya Omuri+ n’igikorwa cose c’inzu ya Ahabu birubahirizwa+, kandi mugendera mu nama zabo+; ni co gituma nzobagira akajoreza, ababa muri we na bo nkabagira ikintu co kuvugiriza agahwa+; kandi muzokwikorera iceyi c’ibisata vy’abantu+.”
28 Ruragowe urugori ruminuje rw’imborerwa za Efurayimu+, be n’ishurwe rikabiranye ry’ugushaza kwayo kw’ubwiza riri ku mutwe w’umubande umera w’abatsindwa n’umuvinyu!
16 Ivyagezwe vya Omuri+ n’igikorwa cose c’inzu ya Ahabu birubahirizwa+, kandi mugendera mu nama zabo+; ni co gituma nzobagira akajoreza, ababa muri we na bo nkabagira ikintu co kuvugiriza agahwa+; kandi muzokwikorera iceyi c’ibisata vy’abantu+.”