ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 16:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 “‘Mukurwawe ni Samariya+ be n’ibisagara bihakukira+, uwuba ibubamfu bwawe; murumunawe na we, uwuba iburyo bwawe, ni Sodomu+ be n’ibisagara bihakukira+.

  • Amosi 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 abarahira icaha ca Samariya+, bakavuga ngo: “Turahiye ukubaho kw’imana ya we, ewe Dani+!”, kandi ngo: “Turahiye ukubaho kw’inzira y’i Beyeri-sheba+!” Ntibazobura kugwa, kandi ntibazokwongera guhaguruka+.’”

  • Mika 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Ivyo vyose vyatewe n’umugararizo wa Yakobo, egome, vyatewe n’ibicumuro vy’inzu ya Isirayeli+. None umugararizo wa Yakobo ni uwuhe? Mbega si Samariya+? Kandi ibibanza bikirurutse vya Yuda ni ibihe+? Mbega si Yeruzalemu?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika