Yeremiya 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 bafora ururimi rwabo bwa muheto wabo mu kinyoma+; mugabo ntibabaye abanyenkomezi mu vy’ubwizigirwa mu gihugu. “Kuko bagiye bava mu bubi baja mu bundi, kandi baranyirengagije+,” ni ko Yehova avuze. Mika 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amaboko yabo ari ku kibi, kugira agikore neza+; umuganwa ari n’ico asaba, uwuca urubanza abigira ku bw’impera+, kandi uwuhambaye avuga ivyo umutima wiwe uhahamiye, uwiwe bwite+; ukwo ni ko babijishira hamwe.
3 bafora ururimi rwabo bwa muheto wabo mu kinyoma+; mugabo ntibabaye abanyenkomezi mu vy’ubwizigirwa mu gihugu. “Kuko bagiye bava mu bubi baja mu bundi, kandi baranyirengagije+,” ni ko Yehova avuze.
3 Amaboko yabo ari ku kibi, kugira agikore neza+; umuganwa ari n’ico asaba, uwuca urubanza abigira ku bw’impera+, kandi uwuhambaye avuga ivyo umutima wiwe uhahamiye, uwiwe bwite+; ukwo ni ko babijishira hamwe.