Hoseya 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuryango w’abaherezi ni utugwi tw’abambuzi+ dukora nk’abantu babundira umuntu+. Bicira abantu iruhande y’inzira i Shekemu+, kuko bagumye bagira ivy’ubushirasoni*+.
9 Umuryango w’abaherezi ni utugwi tw’abambuzi+ dukora nk’abantu babundira umuntu+. Bicira abantu iruhande y’inzira i Shekemu+, kuko bagumye bagira ivy’ubushirasoni*+.