ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 9:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Na bo, mu gihe c’ubwami bwabo+ no mu bintu vyiza vyawe vyinshi+ wabahaye no mu gihugu cagutse kandi kinuze+ wabaronkeje, ntibagukoreye+ kandi ntibahindukiye ngo bave mu ngeso zabo mbi+.

  • Yesaya 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Abantu ntibagarutse ku wabakubita+, kandi ntibarondeye Yehova nyen’ingabo+.

  • Yeremiya 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kubera iki aba bantu, ari bo Yeruzalemu, bahemuka n’ubuhemu budahera? Barafashe uruyeri baragumya+; baranse kugaruka+.

  • Amosi 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “‘Nanje, ku ruhande rwanje, nabahaye amenyo asukuye+ mu bisagara vyanyu vyose, n’ubukene bw’umukate mu bibanza vyanyu vyose+; ariko ntimwangarutseko+,’ ni ko Yehova avuze.

  • Zakariya 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “‘Ntimube nka ba so+, abo abahanuzi ba kera bahamagaye+, ngo: “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Ndabinginze mugaruke muve mu nzira zanyu mbi no mu bikorwa vyanyu bibi+.’”’

      “‘Mugabo ntibumvirije, kandi ntibanteze ugutwi+,’ ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika