Hoseya 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bazoza bavuye mu Misiri bajugumira nk’inyoni+, no mu gihugu ca Ashuri bajugumira nk’inuma+; kandi nzotuma koko baba mu mazu yabo,” ni ko Yehova avuze+.
11 Bazoza bavuye mu Misiri bajugumira nk’inyoni+, no mu gihugu ca Ashuri bajugumira nk’inuma+; kandi nzotuma koko baba mu mazu yabo,” ni ko Yehova avuze+.