2 Abami 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Puli+ umwami wa Ashuri+ yinjira mu gihugu. Nuko Menahemu aha+ Puli italanto igihumbi z’ifeza+, kugira ngo amufashe gukomeza ubwami mu kuboko kwiwe+. Yeremiya 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 None ubu inzira ya Misiri+ uyironderako iki, kugira ngo unywe amazi ya Shihori+? Kandi inzira ya Ashuri+ uyironderako iki, kugira ngo unywe amazi ya rwa Ruzi? Ezekiyeli 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Nuko Ohola atangura kugira ubumaraya+, kandi ari je ndamugaba, aguma agirira inambu ikomeye abamukunda urukundo rukaze+, ayigirira Abashuri+, abari hafi,
19 Puli+ umwami wa Ashuri+ yinjira mu gihugu. Nuko Menahemu aha+ Puli italanto igihumbi z’ifeza+, kugira ngo amufashe gukomeza ubwami mu kuboko kwiwe+.
18 None ubu inzira ya Misiri+ uyironderako iki, kugira ngo unywe amazi ya Shihori+? Kandi inzira ya Ashuri+ uyironderako iki, kugira ngo unywe amazi ya rwa Ruzi?
5 “Nuko Ohola atangura kugira ubumaraya+, kandi ari je ndamugaba, aguma agirira inambu ikomeye abamukunda urukundo rukaze+, ayigirira Abashuri+, abari hafi,