Abalewi 26:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike. 2 Abami 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ku bw’ivyo Yehova arurumbira ishavu+ rwose Isirayeli, bituma abakura mu maso yiwe+. Ntiyasigaza n’umwe kiretse umuryango wa Yuda wonyene+. Zaburi 78:60 Bibiliya y’isi nshasha 60 Amaherezo iheba itaberenakulo y’i Shilo+,Ihema yabayemwo hagati mu bantu bakuwe mw’ivu+. Amosi 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nzotuma muja mu bunyagano hakurya ya Damasiko+,’ ni ko umwe yitwa Yehova Imana nyen’ingabo avuze+.”
33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike.
18 Ku bw’ivyo Yehova arurumbira ishavu+ rwose Isirayeli, bituma abakura mu maso yiwe+. Ntiyasigaza n’umwe kiretse umuryango wa Yuda wonyene+.
27 Nzotuma muja mu bunyagano hakurya ya Damasiko+,’ ni ko umwe yitwa Yehova Imana nyen’ingabo avuze+.”