ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 29:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 kugira ntihabe muri mwebwe umugabo canke umugore canke urugo canke umuryango umutima wabo uhindukira uno musi ukava kuri Yehova Imana yacu ukagenda ugakorera imana z’ayo mahanga+; kugira ntihabe muri mwebwe umuzi wama icamwa c’igiterwa c’ubumara n’ic’ibamba+.

  • Yesaya 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko umurima w’imizabibu+ wa Yehova nyen’ingabo ari inzu ya Isirayeli, abantu ba Yuda na bo bakaba igitâra yakunda cane+. Kandi yaguma yiteze urubanza rugororotse+, mugabo, ehe hari ukurenga itegeko; yaguma yiteze ubugororotsi, mugabo, ehe hari amaborogo+.”

  • Amosi 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 yemwe bantu muhindura ubutungane ibamba+, mugashiburira hasi ubugororotsi+.

  • Amosi 6:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Mbega amafarasi yokwiruka ku rutare? Canke umuntu yoharimisha inka? Kuko ubutungane mwabuhinduye igiterwa c’ubumara+, icamwa c’ubugororotsi na co mugihindura ibamba,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika