ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 12:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nuko umwami agisha inama+ maze akora inyana zibiri z’inzahabu+ hanyuma abwira abantu ati: “Birarenze urugero kuri mwebwe kuduga i Yeruzalemu. Ng’iyi Imana yawe+, ewe Isirayeli, yakuduganye igukuye mu gihugu ca Misiri+.”

  • Hoseya 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Naho wewe ukora ubusambanyi, ewe Isirayeli+, Yuda ntiyagirwe n’icaha+; ntimuze i Gilugali+, canke ngo muduge i Beti-aveni+ canke ngo murahire muti: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova+!’

  • Amosi 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 ‘Kuko, ku musi nzogira ico mbaza+ Isirayeli ku migararizo yiwe, nzogira n’ico mbaza ibicaniro vy’i Beteli+; kandi amahembe y’igicaniro ntazobura gucibwa, akagwa hasi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika