Hoseya 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Naho wewe ukora ubusambanyi, ewe Isirayeli+, Yuda ntiyagirwe n’icaha+; ntimuze i Gilugali+, canke ngo muduge i Beti-aveni+ canke ngo murahire muti: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova+!’ Amosi 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Emwe, ibibanza bikirurutse vya Izahaki+ bizogirwa umusaka, ibibanza vyeranda+ vya Isirayeli na vyo bitikizwe+; kandi nzohagurukira inzu ya Yerobowamu nkoresheje inkota+.”
15 Naho wewe ukora ubusambanyi, ewe Isirayeli+, Yuda ntiyagirwe n’icaha+; ntimuze i Gilugali+, canke ngo muduge i Beti-aveni+ canke ngo murahire muti: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova+!’
9 Emwe, ibibanza bikirurutse vya Izahaki+ bizogirwa umusaka, ibibanza vyeranda+ vya Isirayeli na vyo bitikizwe+; kandi nzohagurukira inzu ya Yerobowamu nkoresheje inkota+.”