Yesaya 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi abantu bazokwinjira mu masenga y’ibitandara no mu binogo vyo mu mukungugu kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, bahunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+, niyahaguruka kugira ngo isi iranduke umutima+. Luka 23:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ni ho bazotangura kubwira imisozi bati: ‘Nimutugweko!’, n’imirambi bati: ‘Nimudupfuke+!’ Ivyahishuwe 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi baguma babwira nya misozi na nya bitandara ngo: “Nimutugweko+ muduhishe amaso y’Umwe yicaye ku ntebe y’ubwami+ n’uburake bwa wa Mwagazi w’intama+,
19 Kandi abantu bazokwinjira mu masenga y’ibitandara no mu binogo vyo mu mukungugu kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, bahunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+, niyahaguruka kugira ngo isi iranduke umutima+.
16 Kandi baguma babwira nya misozi na nya bitandara ngo: “Nimutugweko+ muduhishe amaso y’Umwe yicaye ku ntebe y’ubwami+ n’uburake bwa wa Mwagazi w’intama+,