Zaburi 78:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Bagerageza kuyihenda n’akanwa kabo+;Bagerageza kuyibesha n’ururimi rwabo+. Yesaya 29:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova na we avuga ati: “Kubera ko aba bantu banyegereye n’akanwa kabo gusa, bakaninaharisha iminwa yabo gusa+, kandi bakaba bigije umutima wabo kure yanje cane+, ukuntinya kwabo kugacika ibwirizwa ry’abantu, rikaba ari ryo ryigishwa+, Mika 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko abatunzi biwe basigaye buzuye ubukazi, ababa muri we na bo bakaba bavuze ikinyoma+, kandi ururimi rwabo ni urunyamayeri mu kanwa kabo+.
13 Yehova na we avuga ati: “Kubera ko aba bantu banyegereye n’akanwa kabo gusa, bakaninaharisha iminwa yabo gusa+, kandi bakaba bigije umutima wabo kure yanje cane+, ukuntinya kwabo kugacika ibwirizwa ry’abantu, rikaba ari ryo ryigishwa+,
12 Kuko abatunzi biwe basigaye buzuye ubukazi, ababa muri we na bo bakaba bavuze ikinyoma+, kandi ururimi rwabo ni urunyamayeri mu kanwa kabo+.