ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 18:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yizigira Yehova Imana ya Isirayeli+; kandi mu nyuma ziwe nta n’umwe yabaye nka we mu bami ba Yuda bose+, mbere no mu bari baramwitangiye imbere+.

  • 2 Ngoma 29:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Aguma akora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+, yisunze ivyo Dawidi sekuruza yari yarakoze vyose+.

  • Zaburi 89:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko inkinzo yacu ari iya Yehova+,

      N’umwami wacu akaba ari uwa wa Mweranda wa Isirayeli+.

  • Hoseya 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Naho wewe ukora ubusambanyi, ewe Isirayeli+, Yuda ntiyagirwe n’icaha+; ntimuze i Gilugali+, canke ngo muduge i Beti-aveni+ canke ngo murahire muti: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova+!’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika