ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 24:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko Yehova Imana yacu ari we yatuduganye twe na ba data adukuye mu gihugu ca Misiri+, mu nzu y’abashumba+, kandi akaba ari we yakoreye ibi bimenyetso bikomeye mu maso yacu+ kandi akaguma aturinda mu nzira yose twaciyemwo no mu bisata vy’abantu vyose twaciye hagati+.

  • 1 Samweli 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Yakobo akimara gushika mu Misiri+ hanyuma ba sogokuruza banyu bagatangura gutabaza Yehova+, Yehova yararungitse Musa+ na Aroni, kugira bakure ba sogokuruza banyu mu Misiri maze batume baba aha hantu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika