Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.” Ivyakozwe 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi umuntu wese yambaza izina rya Yehova azokizwa+.”’ Abaroma 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko “umuntu wese yambaza izina rya Yehova azokizwa+.”