Abalewi 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 “‘Umuntu rero niyagomba gushikiriza Yehova ishikanwa ry’intete+, ishikanwa ryiwe rikwiye kuba ari ifu inoze+. Aze asuke amavuta hejuru yaryo hanyuma ashire kuri ryo imibavu ya olibani. Yoweli 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ni nde azi ko atazohindukira akicuza vy’ukuri+, inyuma yavyo agasiga umuhezagiro+, ari wo shikanwa ry’intete n’ishikanwa ry’ikinyobwa ku bwa Yehova Imana yanyu?
2 “‘Umuntu rero niyagomba gushikiriza Yehova ishikanwa ry’intete+, ishikanwa ryiwe rikwiye kuba ari ifu inoze+. Aze asuke amavuta hejuru yaryo hanyuma ashire kuri ryo imibavu ya olibani.
14 Ni nde azi ko atazohindukira akicuza vy’ukuri+, inyuma yavyo agasiga umuhezagiro+, ari wo shikanwa ry’intete n’ishikanwa ry’ikinyobwa ku bwa Yehova Imana yanyu?