ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 29:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Kuri ya mpfizi y’intama ikiri nto ya mbere, hazozanwa ic’icumi c’ingero ya efa y’ifu inoze+ ibombekeshejwe ica kane ca hini* y’amavuta asekuye, n’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ry’ica kane ca hini y’umuvinyu.

  • Hoseya 9:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ntibazobandanya gusukira umuvinyu Yehova+. Kandi ibimazi vyabo ntibizomuhimbara+; bibabera nk’umukate wo mu bihe vy’ikigandaro+; abazowurya bose bazokwihumanya. Kuko umukate wabo ari uwabo bwite; ntuzokwinjira mu nzu ya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika