ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kandi inguvu zanyu zizoherera ubusa gusa, kuko isi yanyu itazotanga umwimbu wayo+, n’igiti c’isi ntigitange icamwa caco+.

  • Yeremiya 4:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ku bw’ivyo, igihugu kizogandara+, kandi amajuru iyo hejuru azocura umwiza koko+. Ni kubera yuko nabivuze, nkabizirikana, kandi sinicujije, eka mbere sinzokwisubirako+.

  • Yeremiya 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Yuda iragandaye+, kandi amarembo yayo arayamye+. Ayo marembo yajonjogoye gushika hasi+, kandi ukuboroga kwa Yeruzalemu kuraduze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika