Gusubira mu vyagezwe 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Igihe uzoba ugeze habi kandi aya majambo yose akaba yagushitseko ku mpera y’imisi, uzobwirizwa rero kugaruka kuri Yehova Imana yawe+ no kwumviriza ijwi ryiwe+. Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.” Yona 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi bambare amagunira, umuntu n’igitungwa; nibatakambire Imana bakobeje kandi bahindukire+, umwe wese ahebe inzira yiwe mbi n’ubukazi bwari buri mu maboko yabo.
30 Igihe uzoba ugeze habi kandi aya majambo yose akaba yagushitseko ku mpera y’imisi, uzobwirizwa rero kugaruka kuri Yehova Imana yawe+ no kwumviriza ijwi ryiwe+.
8 Kandi bambare amagunira, umuntu n’igitungwa; nibatakambire Imana bakobeje kandi bahindukire+, umwe wese ahebe inzira yiwe mbi n’ubukazi bwari buri mu maboko yabo.