Yeremiya 30:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yoo! Kuko uwo musi ari umusi uhambaye+, ku buryo ata wundi umeze nka wo+, kandi ni igihe c’amarushwa kuri Yakobo+. Mugabo azogikizwa.”
7 Yoo! Kuko uwo musi ari umusi uhambaye+, ku buryo ata wundi umeze nka wo+, kandi ni igihe c’amarushwa kuri Yakobo+. Mugabo azogikizwa.”