Yesaya 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Nimuboroge+, kuko umusi wa Yehova uri hafi+! Uzoza nk’ukunyaga kuvuye kuri Mushoboravyose+. Yoweli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nimuvuze inzamba i Siyoni+, mukome akaruru k’intambara+ ku musozi wanje mweranda+. Ababa mu gihugu bose nibahagarike umutima+; kuko umusi wa Yehova uriko uraza+, kuko uri hafi! Zefaniya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ceceka imbere y’Umukama Segaba Yehova+; kuko umusi wa Yehova uri hafi+, kuko Yehova yateguye ikimazi+; yejeje+ abatumire biwe. Zefaniya 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Umusi uhambaye+ wa Yehova uri hafi. Uri hafi+, kandi urihuta cane+. Umuhindo w’umusi wa Yehova urarura+. Umunyenkomezi araboroga+. Zefaniya 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Imbere y’uko icagezwe kigira ico kivyara+, imbere y’uko wa musi uhita nk’umuguruka, imbere y’uko ishavu rirurumba rya Yehova ribazako+, imbere y’uko wa musi w’ishavu rya Yehova ubazako+, 2 Petero 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yamara umusi wa Yehova+ uzoza nk’igisuma+, aho amajuru azovaho+ mu kwasana gukomeye+, mugabo ibintu bikazoyagishwa n’ugushuha gukaze+, n’isi+ n’ibikorwa biri muri yo bikazoshirwa ku mugaragaro+. Ivyahishuwe 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kuko umusi uhambaye+ w’uburake+ bwabo uje, kandi ni nde ashobora guhagarara+?”
2 “Nimuvuze inzamba i Siyoni+, mukome akaruru k’intambara+ ku musozi wanje mweranda+. Ababa mu gihugu bose nibahagarike umutima+; kuko umusi wa Yehova uriko uraza+, kuko uri hafi!
7 Ceceka imbere y’Umukama Segaba Yehova+; kuko umusi wa Yehova uri hafi+, kuko Yehova yateguye ikimazi+; yejeje+ abatumire biwe.
14 “Umusi uhambaye+ wa Yehova uri hafi. Uri hafi+, kandi urihuta cane+. Umuhindo w’umusi wa Yehova urarura+. Umunyenkomezi araboroga+.
2 Imbere y’uko icagezwe kigira ico kivyara+, imbere y’uko wa musi uhita nk’umuguruka, imbere y’uko ishavu rirurumba rya Yehova ribazako+, imbere y’uko wa musi w’ishavu rya Yehova ubazako+,
10 Yamara umusi wa Yehova+ uzoza nk’igisuma+, aho amajuru azovaho+ mu kwasana gukomeye+, mugabo ibintu bikazoyagishwa n’ugushuha gukaze+, n’isi+ n’ibikorwa biri muri yo bikazoshirwa ku mugaragaro+.