Gusubira mu vyagezwe 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Aho ni ho mutegerezwa kurira imbere ya Yehova Imana yanyu+ no kunezererwa mu migambi yanyu yose+, mwe n’ingo zanyu, kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye.
7 Aho ni ho mutegerezwa kurira imbere ya Yehova Imana yanyu+ no kunezererwa mu migambi yanyu yose+, mwe n’ingo zanyu, kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye.