1 Abami 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze Ahabu abwira Obadiya ati: “Gendagenda mu gihugu, ku mbizi z’amazi zose no ku myonga yose. Hari aho tworonka ivyatsi bitoto+, kugira ngo tuzigamire ubuzima amafarasi n’inyumpu, ntihagire ibindi bitungwa birandurwa+.” Yeremiya 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Igihugu kizogeza ryari gukabirana+, kandi ibimera vyo mu gahinga kose bizogeza ryari kwuma+? Kubera ububi bw’ababa muri co, ibikoko n’ibiremwa biguruka birazimanganijwe+. Kuko bavuze bati: “Ntabona kazoza kacu.” Hoseya 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ni co gituma igihugu kizogandara+, n’abakibamwo bose bakayamira hamwe n’igikoko co mu gahinga be n’ikiremwa kiguruka co mu kirere; mbere n’amafi yo mu kiyaga azopfa*+.
5 Maze Ahabu abwira Obadiya ati: “Gendagenda mu gihugu, ku mbizi z’amazi zose no ku myonga yose. Hari aho tworonka ivyatsi bitoto+, kugira ngo tuzigamire ubuzima amafarasi n’inyumpu, ntihagire ibindi bitungwa birandurwa+.”
4 Igihugu kizogeza ryari gukabirana+, kandi ibimera vyo mu gahinga kose bizogeza ryari kwuma+? Kubera ububi bw’ababa muri co, ibikoko n’ibiremwa biguruka birazimanganijwe+. Kuko bavuze bati: “Ntabona kazoza kacu.”
3 Ni co gituma igihugu kizogandara+, n’abakibamwo bose bakayamira hamwe n’igikoko co mu gahinga be n’ikiremwa kiguruka co mu kirere; mbere n’amafi yo mu kiyaga azopfa*+.