ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 10:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko zipfuka uburinganire buboneka bw’igihugu cose+, ico gihugu gicura umwiza+; zirigata ibimera vyose vy’ico gihugu n’ivyamwa vyose vy’ibiti urubura rwari rwasigaje+. Ntihasigaye ikintu na kimwe gitoto ku biti canke ku bimera vyo mw’ishamba mu gihugu cose ca Misiri+.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 “Uzojana imbuto nyinshi mu murima, ariko wimbure duke+, kuko inzige zizobiyogeza+.

  • Amosi 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “‘Nabateje ukubabuka kw’ibirimwa be n’ururyi+. Amatongo yanyu n’imirima yanyu y’imizabibu vyaragwiriye, mugabo ibiti vyanyu vy’imisukoni be n’ibiti vyanyu vy’imyelayo bigakegetwa n’ikinyabwoya+; yamara ntimwangarutseko+,’ ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika