ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 50:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.

      Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.”

  • Zaburi 91:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Azonyambaza, nanje ndamwishure+.

      Nzobana na we mu marushwa+.

      Nzomutabara, ndamuninahaze+.

  • Mika 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.

  • Habakuki 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Na ho nyene jewe nzokwigina Yehova+; nzonezererwa Imana y’ubukiriro bwanje+.

  • Abafilipi 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+, ahubwo muri vyose, mu gusenga no mu gutakamba+ hariko n’ugukenguruka, ivyo musaba bimenyeshwe Imana+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika