Yobu 38:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ni nde ategurira igikona indya zaco+Igihe ivyana vyaco bitabaza Imana,Igihe biguma biyerera kubera ata vyo kurya biriho? Zaburi 104:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Intambwe z’imikangara z’imigāra ziroha zirondera ico zicakira+,No kugira zirondere ku Mana ico zirya+. Zaburi 145:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vyose bihanga amaso wewe bifise ukwizigira+,Nawe ukabiha indya zavyo mu kiringo cazo+. Zaburi 147:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aha ibikoko indya zavyo+,Akaziha ibikona bikiri bito biguma bihamagara+.
41 Ni nde ategurira igikona indya zaco+Igihe ivyana vyaco bitabaza Imana,Igihe biguma biyerera kubera ata vyo kurya biriho?
21 Intambwe z’imikangara z’imigāra ziroha zirondera ico zicakira+,No kugira zirondere ku Mana ico zirya+.