1 Abami 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo haheze imisi, uwo mwonga urakama+, kuko ata mvura y’isegenya yagwa kw’isi. 1 Abami 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze Ahabu abwira Obadiya ati: “Gendagenda mu gihugu, ku mbizi z’amazi zose no ku myonga yose. Hari aho tworonka ivyatsi bitoto+, kugira ngo tuzigamire ubuzima amafarasi n’inyumpu, ntihagire ibindi bitungwa birandurwa+.” Yeremiya 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Iri ni ryo jambo rya Yehova ryaje kuri Yeremiya ku vyerekeye uruzuba+:
5 Maze Ahabu abwira Obadiya ati: “Gendagenda mu gihugu, ku mbizi z’amazi zose no ku myonga yose. Hari aho tworonka ivyatsi bitoto+, kugira ngo tuzigamire ubuzima amafarasi n’inyumpu, ntihagire ibindi bitungwa birandurwa+.”