Yeremiya 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ku bw’ivyo, igihugu kizogandara+, kandi amajuru iyo hejuru azocura umwiza koko+. Ni kubera yuko nabivuze, nkabizirikana, kandi sinicujije, eka mbere sinzokwisubirako+. Yeremiya 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nimuninahaze Yehova Imana yanyu+, atarazana umwiza+, n’ibirenge vyanyu bitaratsitaranako ku misozi buhwibiriye+. Muzokwizigira kuronka umuco+, na we atume koko uba igitutu kizitanye+; azowuhindura umuzimagiza w’umuzitanya+. Amosi 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Baragowe abahahamira umusi wa Yehova+! None umusi wa Yehova uzosobanura iki kuri mwebwe+? Uzoba ari umwiza, ntuzoba ari umuco+;
28 Ku bw’ivyo, igihugu kizogandara+, kandi amajuru iyo hejuru azocura umwiza koko+. Ni kubera yuko nabivuze, nkabizirikana, kandi sinicujije, eka mbere sinzokwisubirako+.
16 Nimuninahaze Yehova Imana yanyu+, atarazana umwiza+, n’ibirenge vyanyu bitaratsitaranako ku misozi buhwibiriye+. Muzokwizigira kuronka umuco+, na we atume koko uba igitutu kizitanye+; azowuhindura umuzimagiza w’umuzitanya+.
18 “‘Baragowe abahahamira umusi wa Yehova+! None umusi wa Yehova uzosobanura iki kuri mwebwe+? Uzoba ari umwiza, ntuzoba ari umuco+;