Yesaya 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ruragowe urugori ruminuje rw’imborerwa za Efurayimu+, be n’ishurwe rikabiranye ry’ugushaza kwayo kw’ubwiza riri ku mutwe w’umubande umera w’abatsindwa n’umuvinyu! Amosi 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 mukanywera mu mabakure y’umuvinyu+, mukisiga amavuta mezameza+, kandi mukaba mutarwajwe n’ivyago vya Yozefu+. Luka 21:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Mugabo mwiyubare ubwanyu kugira ngo imitima yanyu ntiyigere iremerwa n’ukurira agahokero n’ukunywa birenze urugero+ be n’amaganya+ y’ubuzima, hanyuma bukwi na bukwi uwo musi ukabazako ako kanya nyene+
28 Ruragowe urugori ruminuje rw’imborerwa za Efurayimu+, be n’ishurwe rikabiranye ry’ugushaza kwayo kw’ubwiza riri ku mutwe w’umubande umera w’abatsindwa n’umuvinyu!
6 mukanywera mu mabakure y’umuvinyu+, mukisiga amavuta mezameza+, kandi mukaba mutarwajwe n’ivyago vya Yozefu+.
34 “Mugabo mwiyubare ubwanyu kugira ngo imitima yanyu ntiyigere iremerwa n’ukurira agahokero n’ukunywa birenze urugero+ be n’amaganya+ y’ubuzima, hanyuma bukwi na bukwi uwo musi ukabazako ako kanya nyene+