Yoweli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nimuvuze inzamba i Siyoni+, mukome akaruru k’intambara+ ku musozi wanje mweranda+. Ababa mu gihugu bose nibahagarike umutima+; kuko umusi wa Yehova uriko uraza+, kuko uri hafi!
2 “Nimuvuze inzamba i Siyoni+, mukome akaruru k’intambara+ ku musozi wanje mweranda+. Ababa mu gihugu bose nibahagarike umutima+; kuko umusi wa Yehova uriko uraza+, kuko uri hafi!