Yeremiya 36:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko mu mwaka ugira gatanu wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, mu kwezi kugira icenda+, abantu bose b’i Yeruzalemu n’abantu bose bariko baza i Yeruzalemu bavuye mu bisagara vya Yuda batangaza ukwisonzesha imbere ya Yehova+. Yoweli 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nimweze igihe co kwisonzesha+. Nimukoranye ikoraniro ry’agakūra+. Nimukoranirize hamwe abagabo b’inararibonye, ababa mu gihugu bose, mubakoranirize ku nzu ya Yehova Imana yanyu+, mutabaze Yehova+.
9 Nuko mu mwaka ugira gatanu wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, mu kwezi kugira icenda+, abantu bose b’i Yeruzalemu n’abantu bose bariko baza i Yeruzalemu bavuye mu bisagara vya Yuda batangaza ukwisonzesha imbere ya Yehova+.
14 Nimweze igihe co kwisonzesha+. Nimukoranye ikoraniro ry’agakūra+. Nimukoranirize hamwe abagabo b’inararibonye, ababa mu gihugu bose, mubakoranirize ku nzu ya Yehova Imana yanyu+, mutabaze Yehova+.