Yesaya 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nimureke kuzana ayandi mashikanwa y’intete ata co amaze+. Imibavu*—ni ikintu kintera ishishi+. Imboneko y’ukwezi+ n’isabato+, uguhamagaza ihwaniro+—sinshobora kwihanganira ikoreshwa ry’ububasha bw’ivy’amageza+ hamwe n’ikoraniro ry’agakūra.
13 Nimureke kuzana ayandi mashikanwa y’intete ata co amaze+. Imibavu*—ni ikintu kintera ishishi+. Imboneko y’ukwezi+ n’isabato+, uguhamagaza ihwaniro+—sinshobora kwihanganira ikoreshwa ry’ububasha bw’ivy’amageza+ hamwe n’ikoraniro ry’agakūra.