2 Ngoma 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze abwira abo bacamanza ati: “Murabe ivyo mukora+, kuko mudaca imanza z’umuntu mugabo muca imanza za Yehova+; kandi ari kumwe namwe mu vy’uguca imanza+. Amosi 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Reka ubutungane butembe nk’amazi+, ubugororotsi na bwo nk’uruzi rw’isumo ruguma rutemba+.
6 Maze abwira abo bacamanza ati: “Murabe ivyo mukora+, kuko mudaca imanza z’umuntu mugabo muca imanza za Yehova+; kandi ari kumwe namwe mu vy’uguca imanza+.