ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 24:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Ubu rero nimutinye Yehova+ mwongere mumukorere ata mahinyu no mu kuri+, kandi mukureho imana ba sogokuruza banyu bakorera hakurya ya rwa Ruzi no mu Misiri+, maze mukorere Yehova.

  • Ezekiyeli 20:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘“Nuko batangura kungarariza+, ntibemera kunyumviriza. Ntibashiburira kure, umwumwe wese muri bo, ibintu bisesemye vy’amaso yabo, ntibaheba ibigirwamana vy’umwanda vya Misiri+, ku buryo nsezerana kubasukako ubushangashirwe bwanje, kugira ngo ndabarangirizeko ishavu ryanje hagati mu gihugu ca Misiri+.

  • Ivyakozwe 7:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Nuko Imana irahindukira irabatanga+ ngo bakorere igikorwa ceranda ingabo zo mw’ijuru, nk’uko vyanditswe mu gitabu c’abahanuzi+, ngo: ‘Mbega ni jewe mwashikaniye imbagwa n’ibimazi mu myaka mirongo ine mu gahinga, ga yewe nzu ya Isirayeli+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika