Yeremiya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Yehova ambwira ati: “Ntuvuge ngo: ‘Ndi agahungu.’ Mugabo abo nzogutumako bose, ni bo uzojako; kandi ico nzogutegeka cose, ni co uzovuga+. Ezekiyeli 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hanyuma ambwira ati: “Mwana w’umuntu, ndagutumye kuri bene Isirayeli+, ku mahanga y’amagarariji yangararije+. Bo ubwabo be na ba sekuruza babo barangabitanijeko gushika n’uyu musi nyene+. 2 Petero 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko ubuhanuzi ata ho bwigeze buzanwa n’ukugomba kw’umuntu+, ahubwo abantu bavuze ivyava ku Mana+ nk’uko bari barongowe n’impwemu nyeranda+.
7 Maze Yehova ambwira ati: “Ntuvuge ngo: ‘Ndi agahungu.’ Mugabo abo nzogutumako bose, ni bo uzojako; kandi ico nzogutegeka cose, ni co uzovuga+.
3 Hanyuma ambwira ati: “Mwana w’umuntu, ndagutumye kuri bene Isirayeli+, ku mahanga y’amagarariji yangararije+. Bo ubwabo be na ba sekuruza babo barangabitanijeko gushika n’uyu musi nyene+.
21 Kuko ubuhanuzi ata ho bwigeze buzanwa n’ukugomba kw’umuntu+, ahubwo abantu bavuze ivyava ku Mana+ nk’uko bari barongowe n’impwemu nyeranda+.