Ivyakozwe 27:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yamara kubera ko twariko tuzungazungishwa n’igihuhusi bimwe bikaze, ku musi ukurikira batangura kuremurura+ imeri; Ivyakozwe 27:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Bamaze guhaga ibifungurwa, batangura kuremurura+ ubwato mu guta ingano mu kiyaga.
18 Yamara kubera ko twariko tuzungazungishwa n’igihuhusi bimwe bikaze, ku musi ukurikira batangura kuremurura+ imeri;