Hoseya 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Igihe nyene ngira nkize Isirayeli+, ikosa rya Efurayimu riciye rija ahabona+, be n’ibintu bibi vya Samariya+; kuko bamogoreye ikinyoma+: igisuma kirinjira; akagwi k’abambuzi kakagaba koko igitero hanze+.
7 “Igihe nyene ngira nkize Isirayeli+, ikosa rya Efurayimu riciye rija ahabona+, be n’ibintu bibi vya Samariya+; kuko bamogoreye ikinyoma+: igisuma kirinjira; akagwi k’abambuzi kakagaba koko igitero hanze+.