Yesaya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko y’umuntu, icakozwe n’intoke z’umuntu+. Yesaya 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntazoraba ibicaniro+, igikorwa c’amaboko yiwe+; kandi ntazohanga ico intoke ziwe zakoze, vyaba ibikingi vyeranda canke ibishirwako imibavu+. Ezekiyeli 36:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nzobamijagirako amazi atyoroye, namwe mube abatyoroye+; nzobuhagira ubuhumane bwanyu bwose+ n’ibigirwamana vyanyu vyose vy’umwanda+. Hoseya 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ashuri ntizodukiza+. Ntituzogendera ku mafarasi+. Kandi ntituzokwongera kubwira igikorwa c’amaboko yacu ngo: “Ewe Mana yacu!”, kuko ari wewe utuma impfuvyi* igirirwa imbabazi+.’ Zakariya 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Kandi kuri uwo musi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nzorandura amazina y’ibigirwamana mu gihugu+, kandi ntibizokwongera kwibukwa; abahanuzi+ be n’impwemu y’ubuhumane nzobizimanganya mu gihugu+.
8 Kandi igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko y’umuntu, icakozwe n’intoke z’umuntu+.
8 Ntazoraba ibicaniro+, igikorwa c’amaboko yiwe+; kandi ntazohanga ico intoke ziwe zakoze, vyaba ibikingi vyeranda canke ibishirwako imibavu+.
25 Nzobamijagirako amazi atyoroye, namwe mube abatyoroye+; nzobuhagira ubuhumane bwanyu bwose+ n’ibigirwamana vyanyu vyose vy’umwanda+.
3 Ashuri ntizodukiza+. Ntituzogendera ku mafarasi+. Kandi ntituzokwongera kubwira igikorwa c’amaboko yacu ngo: “Ewe Mana yacu!”, kuko ari wewe utuma impfuvyi* igirirwa imbabazi+.’
2 “Kandi kuri uwo musi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nzorandura amazina y’ibigirwamana mu gihugu+, kandi ntibizokwongera kwibukwa; abahanuzi+ be n’impwemu y’ubuhumane nzobizimanganya mu gihugu+.