Yesaya 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ubwoba n’umwobo n’umutego biri kuri wewe, wewe uba mu gihugu+. Ezekiyeli 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ica gatatu cawe, bazokwicwa n’ikiza+, barangizwe n’ikigoyi hagati muri wewe+. Ica gatatu kindi, bazogwishwa n’inkota irya n’ino yawe. Ica gatatu ca nyuma na co, nzogisanzariza mu miyaga yose+, kandi inkota ni yo nzosokora inyuma yabo+.
12 Ica gatatu cawe, bazokwicwa n’ikiza+, barangizwe n’ikigoyi hagati muri wewe+. Ica gatatu kindi, bazogwishwa n’inkota irya n’ino yawe. Ica gatatu ca nyuma na co, nzogisanzariza mu miyaga yose+, kandi inkota ni yo nzosokora inyuma yabo+.