Imigani 30:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hari iyaruka rihamagarira akabi kuri se, ntirinahezagire nyina+. Ezekiyeli 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muri wewe bakengereye ba se na ba nyina+. Hagati muri wewe bagiriye kavamahanga ivy’ubugunge+. Muri wewe bafashe nabi impfuvyi* n’umupfakazi+.”’” Matayo 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bitayeko, umuntu+ azotanga mwene wabo ngo yicwe, na se w’umwana atange umwana wiwe, kandi abana bazokurira hasi abavyeyi, babicishe+. Luka 21:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Vyongeye, muzotangwa mbere n’abavyeyi+ na bene wanyu n’incuti n’abagenzi, kandi bazokwica bamwe muri mwebwe+;
7 Muri wewe bakengereye ba se na ba nyina+. Hagati muri wewe bagiriye kavamahanga ivy’ubugunge+. Muri wewe bafashe nabi impfuvyi* n’umupfakazi+.”’”
21 Bitayeko, umuntu+ azotanga mwene wabo ngo yicwe, na se w’umwana atange umwana wiwe, kandi abana bazokurira hasi abavyeyi, babicishe+.
16 Vyongeye, muzotangwa mbere n’abavyeyi+ na bene wanyu n’incuti n’abagenzi, kandi bazokwica bamwe muri mwebwe+;