Luka 12:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Bazocanamwo, se arwanye umuhungu n’umuhungu arwanye se, nyina arwanye umukobwa n’umukobwa arwanye nyina, inabukwe arwanye umukazana n’umukazana arwanye inabukwe+.” 2 Timoteyo 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko abantu bazoba ari abikunda, inkunzi z’amahera, abishima, abibona, abarogosi, abagambararira abavyeyi+, intashima, ibihemu+,
53 Bazocanamwo, se arwanye umuhungu n’umuhungu arwanye se, nyina arwanye umukobwa n’umukobwa arwanye nyina, inabukwe arwanye umukazana n’umukazana arwanye inabukwe+.”
2 Kuko abantu bazoba ari abikunda, inkunzi z’amahera, abishima, abibona, abarogosi, abagambararira abavyeyi+, intashima, ibihemu+,