Guharura 23:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Na we avuga ijambo ryiwe ry’akagani ati+:“Haguruka Balaki, wumvirize.Ntega ugutwi, ewe mwene Zipori+. Yobu 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yobu yongera kuvuga ijambo ryiwe ry’akagani+, ati: Habakuki 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mbega abo bose ntibazomucako akagani+, bakamuvugako amajambo afobetse, akikiriza? Kandi bizovugwa ngo:“‘Aragowe uwugwiza ibitari ivyiwe+, akongereza umwenda wiwe! Mbega ivyo bizogeza ryari+?
18 Na we avuga ijambo ryiwe ry’akagani ati+:“Haguruka Balaki, wumvirize.Ntega ugutwi, ewe mwene Zipori+.
27 Yobu yongera kuvuga ijambo ryiwe ry’akagani+, ati: Habakuki 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mbega abo bose ntibazomucako akagani+, bakamuvugako amajambo afobetse, akikiriza? Kandi bizovugwa ngo:“‘Aragowe uwugwiza ibitari ivyiwe+, akongereza umwenda wiwe! Mbega ivyo bizogeza ryari+?
6 Mbega abo bose ntibazomucako akagani+, bakamuvugako amajambo afobetse, akikiriza? Kandi bizovugwa ngo:“‘Aragowe uwugwiza ibitari ivyiwe+, akongereza umwenda wiwe! Mbega ivyo bizogeza ryari+?