ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nzoririra nongere ncurire intimba ku misozi+, kandi nzoririmbira akaririmbo k’intimba ku matongo y’uburagiriro yo mu gahinga; kuko bizoba vyaturiwe+ ku buryo ata wubicamwo kandi abantu ntibazokwumva koko urwamo rw’ibitungwa+. Ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’ibikoko bizoba vyahunze; bizoba vyagiye+.

  • Gucura intimba 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Ewe kuntu yicaye ari inyakamwe+, umwe yari igisagara kigwiriyemwo abantu+!

      Ewe kuntu yabaye nk’umupfakazi+, umwe yahoramwo abanyagihugu benshi ugereranije n’ayandi mahanga+!

      Ewe kuntu uwari umuganwakazi mu ntara z’ubutware asigaye ari uwo gukora ibikorwa vy’agahato+!

  • Ezekiyeli 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze awuzingururira imbere yanje, kandi wari wanditseko imbere n’inyuma+; kandi muri wo hari handitsemwo uturirimbo tw’intimba, n’iminihagiro, n’amaborogo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika