Yeremiya 9:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko ijwi ry’ugucura intimba ari ryo ryumvikaniye i Siyoni+, riti: “Ewe kuntu tunyazwe+! Ewe kuntu tumaramaye! Kuko twavuye mu gihugu; kuko bataye uburaro bwacu+.” Yeremiya 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Ehe ubu ngira nshibure n’umugozi ababa kw’isi+, kandi nzobateza amarushwa kugira ngo babone+.”
19 Kuko ijwi ry’ugucura intimba ari ryo ryumvikaniye i Siyoni+, riti: “Ewe kuntu tunyazwe+! Ewe kuntu tumaramaye! Kuko twavuye mu gihugu; kuko bataye uburaro bwacu+.”
18 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Ehe ubu ngira nshibure n’umugozi ababa kw’isi+, kandi nzobateza amarushwa kugira ngo babone+.”