Zaburi 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aguma abunze ahantu hihishije nk’intambwe mu kibundo cayo+.Aguma abunze+ ngo agire umurushwa atwara ku nguvu.Atwara nya murushwa ku nguvu igihe akweze urusenga rwiwe rukiyugara+. Mika 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.
9 Aguma abunze ahantu hihishije nk’intambwe mu kibundo cayo+.Aguma abunze+ ngo agire umurushwa atwara ku nguvu.Atwara nya murushwa ku nguvu igihe akweze urusenga rwiwe rukiyugara+.
2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.